Gitega ni umugwa mukuru wa politike w'igihugu c'uburundi. ico gisagara Kikaba ari igisagara kigira kabiri m'ubunini mu Burundi. Muri ico gisagara tuhasanga Ingoro Ndangamico y'Uburundi na Arkidiyosezi ya Gitega.